Abarundi turakwiriye kwitaho impongore Imana yaduhaye muri Ruvubu.

Amakuru dukesha abegereye iryo shamba uruhande rw’abarimyi ruridogera abajejwe iryo shamba risanzwe ari n’uruhongore kama rw’ibikoko kuko ibikoko bigwiriye mwo nk’imbogo vyona imirima ihegereye kubera iryo shamba ritazitiye Ariko abacungera iryo shamba bo barabeshuza abavuga ko ukwo kwona imirima bigwiriye mw’ino minsi bakemeza ko bishika gake. Bo bamenyesha ko ubu bafise ikibazo c’uko uruhigi rwasubiye […]