Wabatijwe umubatizo nyabaki?
WOBA WARABATIJWE UMUBATIZO W’UKURI? CANKE WARASUTSWE! Mu bantu bari mw’isi bizera Imana n’ijambo ryayo ryanditse muri Bibiliya Yera, bamwe bizera ivyo bigishijwe kandi babariwe n’abantu, abandi bagashika kure kugira ngo bige barabe ico ijambo ubgaryo rivuga ndetse bakanasenga basobanuza Mpwemu w’Imana kugira ngo bamenye ukuri kwose. Umubatizo w’ukuri ni kimwe mu bibazo bibaza kubera yuko […]