Ishengero rya Yesu Kristo-IHANGA RY’IMANA riri ku kivi mu gihugu cose c’Uburundi: Irabire ubutumwa ryatwaye.
« MWIZERE, MWIHANE IVYAHA MUBATIZWE MWEZWE KUKO UBGAMI BG’IMANA BURI HAFI » UBUTUMWA TWATWAYE MU BURUNDI BGOSE. Ico nico gikorwa Ishengero rya Yesu Kristo-IHANGA RY’IMANA ririko rirakora mu ntara z’igihugu cose c’Uburundi. Muntu utaramenya ukuri, wewe utaramenya yuko Abarundi ari Ihanga ryatoranijwe n’Uhoraho Imana kugira ngo rikwize ishimwe ry’Imana mugutwara umuvyuro n’ikanguro hose, ni wegere […]