Isirayeli ya 1 yaratewe kenshi kubera kutumvira, Isirayeli ya 2 ihigire icigwa.
Agataka ka Isirayeli kamye kabamwo Abayuda kuva mu myaka yi 2000 imbere yuko Yesu Kristo avuka (IK). Imana niyo yabahaye aho kuba kuv’ico gihe.1900 IK: Aburahamu yatoranijwe n’Imana ngo abe se w’iryo hanga.1900 IK: Isaka, Umuhungu wa Aburahamu yabaye umurongozi wa Isirayeli.1850 IK: Jakobo, umuhungu wa Issac, aba umurongozi wa Isirayeli.1400 IK: Mose akura aba […]