Abarundi bagiye gushikirwa n’ivyo batinya kubera bataye Imana bakayivuga ku munwa gusa.

Uhoraho Imana yo mw’ijuru n’Imana itameze nk’izindi mana zizwi mw’isi. Yo ni Imana Uyivuze mw’izina yumva ikumviriza ico ugira uvuge hanyuma ikakwishura. Abarundi icaha ca mbere bakoze n’uko bama bayivuze bakayivuga ku karimi gusa kandi ntihagire n’amajambo meza bavuga. Bakavuga yuko bayishize imbere mugabo bakayihakanisha ibikorwa vyayo. Ico ni icaha abarongozi bakoze kandi kigiye gutuma […]