Umukuru w’Inama nshingamateka yavuze ibihushane bikomeye

Abarundi benshi baritiranya kuba umunye politike no kuba umubeshi canke mahindagu. Ico ni ikimenyetso ku bantu baba batazi iyo bariko baratwara igihugu. Ibi bifatiye ku cegeranyo wa mugwi w’igihugu CVR wama uriko uratanga. Ubgambere warakoze icegeranyo, inama nshingwamateka n’inama nkenguzamateka ziremeza yuko mu Burundi mu mwaka wa 1972 habaye ihonyabgoko. Mu cegeranyo naco carawe gitanzwe, […]