Inkuru ibabaje kuba généraux mu basirikare n’abapolisi bo mu Burundi
Umviriza inkuru iraho y’umu général araho. Sinoyemeza kuko nivyo nabwiwe. Yoba ari inkuru igana akariho mi bahutu.Uwo mu Général yakuye mushikiwe ruguru amuzana kuba iwe. Aramurihira amashule aratsinda. Amaze gutsinda ararondera akazi arabura. Aho musaza we ntaco yamufashije muvyo kurondera akazi mugabo aguma amuha indaro nk’umwana mu rugo.Uwo mukobwa abonye yaburaniwe, musaza wiwe ari Général […]