Abarundi baranyazwe habura gitabara mu 1972 kandi n’ubu bakiriko
Irabire amazu bagiriye rusansuma mu 1971 hanyu mu 1972 beneyo bakicwa uretse abaciye mu rw’imbga kazi bagahunga, bose ivyabo bikanyagwa urukombamazi. Impfuvyi n’abapfakazi bagasigara bipfumbereje. Aka gatabo k’impapuro 67 kanditsemwo amazina y’abantu banyazwe amazu, imiduga n’ibindi hakurikijwe intara, ama komine, amazone n’imitumba mu bidahara no mu gihugu hagati. Abategetsi b’Uburundi aho gufata ibintu mu minwe […]