Igihugu c’Uburundi gikwiriye gutunganywa gushasha igiturire kikomorwa.
Inyifato nkiyo irerekanako abazotera u Burundi ntibazinjirana ibigwanisho, bazinjira babisanga mu gihugu. Hari n’ibindi bikogwa nabapolisi bagiye gusaka mu mazu: Abapolisi bagize imikwabu y’abadafise karangamuntu imodoka zose bakazihagarika. Uwufise karangamuntu akabanfanya, utagafise agatanga 5.000Fbu. Utataronse bakakujana. Igihugu kirwaye impande zose, turakwiriye kwivyukiranya akabi katwinjiranye. Mukomeze gusenga, dutunzwe n’Imana