Abategetsi benshi nti baraba ejo h’igihugu c’Uburundi
Hariho ubgononyi bumaze igihe bukogwa, nabantu bafise amabanga ahambaye mu gihugu be no muntara IkIBIRA BAKIRANGIJE None ntituvuge kuko bikogwa n’abakuru, kandi bigira ingarukambi kugihugu cose? Mushobora kuraba ikibira muri inyuma mukibazako kikiriho, hagati barakimaze Abakora ivyo, ntabaziko umutu ashobora kumenya situation y’ikibira atanarinze kucinjiramwo…. Nibikubite agashi. Jewe nteye akamo, Buramatari wa Kayanza, Uwutwara umugambge […]