Leta y’uburundi ikorera mu gihombo kubera ingene itunganije.

Umuntu yariko ariyumvira kur’uru rwete rw’umushikiranganji w’ubutungane afashe akarorero kamwe muri twinshi dusanga mu bushikiranganji butandukanye aca agira ati: IVYO RETA IGIYE GUHOMBA Min Finances n’uwutwara BRB bati, abenegihugu nibamenyere kurihana badakoresheje ama cash Jewe ndabashigikiye…none umushikiranganji ajejwe ubutungane, ntiyarakwiye kuba akarorero? Reka turabe inyungu zinyegejwe Dufatiye kurivyo vyonyene, RETA izohomba amahera menshi, kandi ihombejwe […]