Amakosa 10 yagirizwa Président Evariste NDAYISHIMIYE.

Hariho Abarundi bakunda umukuru w’igihugu cacu c’Uburundi Evariste NDAYISHIMIYE. Mugabo nk’uko nawe nyene avyivugora, hariho n’abandi bamutorako amakosa muvyo akora n’ivyo avuga. Hari uwagize ati none ntafise abamuhanura bo muyagira ayavugwa, uwundi yagize ati haraho mwoca mubipfa ugahitamwo kwihorera. Amakosa 10 bamwagiriza rero ni ibi: Umukuru w’igihugu canke uwundi muyobozi wese abikwiye, ntakwiye gushira ahabona […]