Ubushikiranganji bg’indero mu Burundi burahangitse.

Bigenda gute ngo igihugu gifise inzego zikwiriye gihangike indero yo mu mashure yaco imyaka n’iyindi ikarengana, leta igatanga uburyo bukwiriye abana ntibige bishemeye kandi hakabaho ibihumbi n’ibihumbagiza vy’abigisha bahembga batabaho imyaka n’iyindi! Akamaramaza nagasanze mu gihugu cacu. Nk’uko biri mu nkuru yaciye ku rubuga ubushikiranganji bw’indero bwatangaje ko bufise abakozi ibihumbi mirongo umunani (80.000 enseignants) […]