Abarundi barakinisha uburozi n’ubumara buhagaze kubgoko bg’Abahutu n’Abatutsi.

Mu nama bakoze yo kuraba yuko ibitigiri vy’ubgoko vyokwisungwa bose basemereye bagira bati: « Mubambe mubambe n’amaraso yiwe azodukoreko n’abana bacu » . Iryo ni iryungane abantu basemere kugira ngo Yesu yicwe ku musaraba kandi bari bazi yuko atacaha yakoze. Abarundi bavuze ibintu bisa n’ivyo bashigikira ngo ibitigiri vy’amoko bigumeho. Hari uwanditse agira ati: « […]