Ntimwihende kuvyo mwumva abantu bavuga ngo Yesu canke Iman
Harigihe woba utarubiziUshobora kuba wigishijwe nabi Ariko ico ukwiye kumenya niki: Mushaka UHORAHO abatabare ivyo atabateje? Uruhara rwawe n’uruhe?Iyumvire ikintu uriko urakora, canke wokora kugira ivyaremwe bibeho neza. Niwaba uronderera inda yawe, n’abana bawe gusa, utaniyehe n’igikoko?