Burya igihugu cacu uko cuzuyemwo imva z’abantu ni nako cuzuyemwo n’ibirwabisho vyinshi vyimbiye
Inkoho cumi n’indwi nizo zatowe kuri uwu wa kabiri mu kinogo c’aho bariko bafyatura amatafari ku musozi Mukubano 1, zone Muyange, komine Nyanza Lac intara ya Makamba. Izo nkoho zari zimaze kwononekara Amakuru yatanzwe n’umukuru w’umutumba Mukubano ya mbere, akemezwa n’igiporisi, avuga ko izo nkoho 17 zatowe ku muhingamo wo kuri uwu wa kabiri. Abagabo […]