Igituma Umukuru w’igihugu ca Congo D yipfuza yuko Ingabo z’Uburundi zonyene zoguma muri ico gihugu
Général-Major Sibomana Ignace niwe ahagarariye umurwi w’abasirikare ukora isuzuma y’ivyakozwe n’inteko za EAC Kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 4 Mukakaro 2023 niho umurwi w’intwazangabo urongowe na General-Major Ignace Sibomana watangura igikorwa co gusuzuma ko inteko za EAC zaranguye ubutumwa bwo kugarukana umutekano mu buseruko bwa Congo nk’uko bwari bwazihawe n’inama y’abakuru b’ibihugu vya EAC. […]