Abarundi turakeneye gusubira kwigisha bushashwa bushasha muri vyose
Mu ntara ya Rumonge, umuntu yahisemwo kwimba ibinogo vyo kubumba amatafari mu kibuga c’inkino z’umupira w’amaguru. Ico kibuga kiri kumutumba Murambi wa zone Buruhukiro komine n´intara ya Rumonge. Kubera ababumba amatafari bakorera muri ico kibuga, hibonekeza ibinogo bitari bike. Abakoresha ico kibuga na cane cane urwaruka n’ abarongeye imirwi yakinira kuri ico kibua bati » […]