Mwitegutire umunsi uhambaye kuko ugiye kuza
Abantu benshi ntibizera ivyo bumva n’ivyo bo nyene bigisha. Ariko mweho mukomeze kwizera ntimuhungabanywe n’ivyo vy’abigira abigishwa. MUZOBAMENYERA KUVYAMWA « Igiti ciza ntigishobora kwama ibibi, kand’ igiti kibi ntigishobora kwama ivyiza.Nuko muzobamenyera ku vyo bama.Matayo 7:18, 20″. Turi mugihe abizera bamwe bamwe bari murujijo,bibaza ab’ukuri n’abatarab’ukuri abaribo. Hanyuma, Yesu yatanze inyishu ati » muzobamenyera kuvyo bama ».Ngo […]