Bimwe mubituma Uburundi budatera imbere ni ukubera biba abarwizatunga mvamakungu kandi n’ubutungane bugoyagoya.
Bujumbura hari abanyamahanga baheruka gusahurwa urukombamazi,uwari yabazanye gukorera mu Burundi nawe ubu akaba abarizwa mwibohero rikuru rya MPIMBA Hari umurundi yitwa NDAYISHIMIYE OLIVIER Yazanye abarwizanye abarwizatunga mu Burundi kugirango bakorere mugisata c’Ikawa (Kuza barayigura),haca haba uwundi murundi yitwa Yitwa NIYONZIMA JEAN MARIE VIANNEY Yoba yaciye abegera yipfuza gukorana nabo kugirango aze arabafasha kubaronderera ikawa nziza […]