Ivyavugiwe kuri television y’Urwanda ni igitutsi ku ngabo z’Uburundi
Igisirikare cu Burundi catangaje ko bimwe mu vyavugiwe kuri televiziyo y’u Rwanda birega ingabo z’u Burundi ziri mu ntara ya Kivu ya ruguru muri DR Congo “gutoza” no “guha ibirwanisho” imitwe y’inyeshamba ari “igitutsi gikomeye” ku ngabo z’u Burundi. Mw’itangazo ryasinywe n’umuvigizi w’igisirikare cy’u Burundi Col Biyereke Floribert, yavuze ko abavugiye ivyo kuri televiziyo y’u […]