Mu gihugu haribonekeza ubusambanyi bg’ishano
Uretse yuko hari ibitavugwa cane nk’abavyeyi bashurashura n’abana bibarutse, abasangiye ibitsina bashurashurana hari n’abashirashuza ibitungano vyabo. None mwumva igihugu cacu kigeze hehe? Ivyo tudonfaguye bibera mw’ibanga. Ariko hariho ubundi busambanyi buba ku mugaragaro. Ugira gutya ukumva ngo: “urihuta duheze”? Ivyo ku rya 11 mu Kamenge Njebas bimubanye amayobera… Ku rya 11 mu #Kamenge mu gisagara […]