Wirinde abakubarira ngo bakeunguruze mu modika yabo, ubusuma buri kwinshi.
Mutakura: Hari inkozi z´ikibi ziyitirira imiduga ya Reta mu kunyuruza no kwiba abantu zibicishije mukwunguruza abantu muburyo bwa Lift. Ivyo nivyashikiye umusore twise AS mu gatondo ku munsi wa gatanu igenekerezo rya 19.05.2023, aho yaragiye ku mirimo yiwe ya minsi yose arindiriye bus imwunguruza gushika muri ville. AS agira ati :nari kwibarabara ry’indwi aho benshi […]