Ntihakagire ikintu na kimwe kiguhindukiza ngo kigukure kuco Imana yavuze.
SATANI CANKE IBICANTEGE NTIBIKUBUZE KUBONA ICO WASEZERANIWE. Kenshi na kenshi abantu babuzwa gushika ku masezerano yabo canke kw’ihangiro kubera guteshaguzwa na satani n’ibindi bicantege vyo mw’isi.Satani akoresha abadayimoni n’ibindi bitsitaza vyinshi. Ibindi bintu bica intege abantu ni intumwa za satani usanga mu bagenzi babi, incuti n’imiryango. Kuri ivyo hariyongerako amarwara, ubukene, inzara, uruhamo, urwanko n’ibindi […]