Abategetsi bamaze imyaka myinshi batitayeho igihugu nko mu Kayanza Gatara-Karurusi
Gatara :i Karurusi basaba ko ikiraro cosanurwa Abanyagihugu bo ku mutumba karurusi komine Gatara basaba ko ikiraro cahuza komine Gatara na komine kayanza uciye mu mwonga wa Nagatobo cosubizwaho. Abo banyagihugu bo ku mutumba wa Karurusi muri komine Gatara banavuga ko haheze umwaka batojwe intererano yo kubaka ico kiraro ariko kikaba kitubatswe. Urugo rwose rwatanga […]