
Dusenga Imana Uhoraho avuga kandi agashitsa ivyo yavuze. Twayumvise kenshi kandi twayibonye kenshi ishitsa ivyo yadusezeraniye. No muri iyi ndwi dutanguye tugiye kuyibona kandi azoba ari umunezero kubagororotsi n’umubabaro kubanyakibi. Mwese mutangure kwifatanya natwe mu mashimwe.
Umwami wacu Yesu Kristo yamamare!