Isakwa mu ngo za Alain Guillaume Bunyoni

Igipolisi c’Uburundi gifatanije n’icigenderaza, cazindutse cugarije kugira ngo gisake ingo z’uwahoze ari umushikiranganji wa Mbere Alain Guillaume Bunyoni. Izo ngo zikaba ziri mu Gasekebuye mu gisagara ca Bujumbura no muri Mpinga Kayove mu ntara yarutana. Amakuru adushikira avuga yuko bitwaje umutahe w’umushikirizamanza mukuru wa leta, bagiye gusaka izo ngo uko ari zibiri baronderayo amafaranga anyegejeyo […]