Ingabo z’Uburundi mu misozi y’ahitwa Israel muri Minembwe-Masisi
Ingabo z’ UBURUNDI ziri mu butumwa bwa EAC mu ntara ya #KIVU y’uburaruko zaraye zitanye mu mitwe n’abarwanyi ba #M23 muri teritware ya Masisi neza na neza mu misozi miremire y’ahitwa ISRAEL Akaba ari irya mbere , ingabo ziri mu butumwa bwa EAC mu buseruko bwa Congo zitanye mu mitwe n’uwo muhari kuva zitanguye kurungikakwayo […]