Umwarimu kwibira ikibazo umunyeshure ni ibara ku gihugu

⚖️ Agiye guhanwa kubera yahaye ikibazo umunyeshure yigisha 👨🏾‍🏫 Ni umwigisha wo kw’ishure ryisumbuye ry’i #Bukeye ya mbere i #Kibago mu ntara ya #Makamba yigisha mu mwaka wa nyuma w’inyuma y’amashure shingiro mu gisata c’ibiharuro, basanze yarahaye ikibazo umwigeme yigisha. Vyagenze gute? 💬 Hatanguye kumenyekana ko uwo mwigisha yahaye uwo munyeshure nyene akabazo ko mu […]