Abana b’umubisi Jean Baptiste Bagaza barafise ingorane

Abana b’Uburundi bose bafise uburenganzira bgo gutunganirizwa biciye mu mategeko agenga igihugu c’Uburundi. Hari n’aho ubutungane busanga bitoroshe kuko hari igihe abavyeyi bataba barategekanije ingene ibibazo bizotunganywa batakiriho canke ugasanga mur’izo manza harimwo ibihangange bituma urubanza rutagenda uko rwari kugenda.

INASHAKA Gisele Bagaza ariko ariyabariza ngaha kur’uru rwandiko yasohoye.