Mu mibano igihugu c’Uburundi kirakwiriye amategeko atomoye agenga ingo n’imiryango

Hariho abantu baguma bakizura ngo bariko bararondera abariko bararenga ibigo maze bagaca babajana kubapfunga. Abo bakora ivyo si abapolisi kandi s’urwego rw’igihugu nkuko ata tegeko na rimwe ryanditse bisunga mugukora ivyo. I Muramvya: Bafashwe bariko barangura amabanga y’abubatse baca barahagarikwa! Umugabo n’umkenyezi bo ku mutumba #Teka wa komine #Mbuye mu ntara ya Muramvya, bahagaritswe kuri […]