Ubusuma bgimonogoje mu gihugu ahantu hose
Pierre Nkurikiye umuvugizi w’igipolisi yerekanye umugabo yivye abantu 8 imiriyoni 50 BIF yiyitiriye umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye Nk’uko vyasiguwe na #Pierre_Nkurikiye, ngo uwo mugabo yari afise karangamuntu ya mbere y’ukuri, hama aca agenda akoresha iyindi ya magendu aho yaciye yiyita ko ari Ndayishimiye Evariste hanyuma aca akoresha iyo nyene nshasha mu kwuguruza i nomero ya […]