Ubgicanyi: Abana b’uburundi baricana gusumba inyamaswa
Umwigeme w’umuyabaga ari hagati y’imyaka 18 na 23 yakora akazi ku gucuruza ama unité na bimwe bita Lumicash yaraye yishwe mw’ijoro ryo kuri uno wa kabiri igenekerezo 04 Ndamukiza 2023 acumiswe imbugita mu mutima nyuma yaho yaravuye kugura ibintu kuri boutique. Nyene gukora icaha akaba arumusore yitwa Vianney Nkunzimana Batazira #V_Day_Lee avuka muri zone ya […]