Gatumba-Bujumbura: Amazi y’imyuzure ya Rusizi yasubiriye kuhatera yimura abahaba.
Abenegihugu bo mu #Kinyinya ya mbere na #Mushasha ya mbere n’iya kabiri bari mu gahinda kenshi biturutse ku mazi y’uruzi Rusizi yazuye agashwara mu mihana y’abantu Nk’uko bishikirizwa na Matata Jean Marie, umwenegihugu aba hafi y’uruzi Rusizi n’agashavu kenshi gaturutse ku kuba yaraye atewe n’amazi mu nzu, avuga ko vyaturutse ku mvura nyinshi imaze iminsi […]