Mu nzu y’Imana hasigaye habera urudandazwa rukomeye mu burundi

Kayogoro: ivyo gutangishwa amahera mw’ ishengero rya Eusebu vyahagaritswe kubera bisa no kudandaza ivyubahiro. Ayo mafaranga yari yategetswe ko atangwa n’ abakirisu bo mw’ ishengero rya #Eusebu, mu bubwiriza bwa #Kididagi. Ni muri komine Kayogoro mu ntara ya #Makamba. Ababwiriza batatu ba mbere bari bategetse ko hatangishwa amafaranga abakirisu kugira ngo bagurirwe imodokari zo mubwoko […]