Mwiriw Neza Ncuti Z’umusalaba? Nishimy Kunezeranwa Namw Kuyumusi Wisabato. Hama Isabato Niki?? Isabato Nikiruhuko, Numusi Wera, N Itegeko, N Umusi Ugrindwi, Nikimenyetso C Imana Kubwoko Bwayo Some; Itang;2;1-3 Kuv; 20;8 (31;17) Isabato Ntiyaremew Abayuda Bonyen Nkukobamw Babivuga Abayuda Babayeho Hahez Imyaka 2000 Isabato Ibayeho Imana Ntiyigez Ishiraho Umusi Wikiruhuko Kukarwi Kamw Kabantu Abayuda Bahaw Isabato Cokimw Nayandi Mabwirizwa Ngobabe Abazigamy Bayobokuyamenyesha Isi Yos Soma Yesaya 56;1-7 Umukiza Wacu Yongerakuvugako Isabato Itaremew Abayuda Gusa Ahubwo Yaremew Abantu Bose Wew Nanj Turimwo Soma Kandi Marik 2;27 Abigishakw Isabato Yaremew Abayuda Bonyen Cank Yakuweho Babikora Kugatw Kabo S Umwami Imana Bavugira Hama Inyuma Yivyiyumviro Vyanyu Tuzoreba Nimba Yesu Yarakuyeho Isabato Koko Cank Naw Yarayiruhuka Inyunganizi N Ibibazo Vyanyu Muburwaneza Bizofasha Benshi Gutahura Uwiteka Imana Ashishikar Kuduhezagra Mrkz!