Hariho famille yakunda gusenga cane bagiye gufungura umugabo ati:ncuti yanje yesu utuye mubwami bwijuru ngushimiye iy funguro uduhaye;bahjeje kurya akabisubiramwondetse agasubira nabataronse imfungugwa yesu abahe ikibatunga.babaho murubwo buzima;babuze ico kurya bakabwra yesu bati:dufse icizere k ejo tuzofungura koko ejo bagafungura.umusi umwe umugabo arapfa;umugore ibibazo biramurenga umwanya w’isengesho urabura;yemwe barakena cane ivyo bahora babona vyose birahra.umukuru mubanayari yiga mumwaka wagatatu aribaza ati:ko papa yapfuye ubwo incuti yiwe yarabimenye?mbega ko itaje kumaziko?…ako kanya wamwana aca yigra inama yo kumwandira ikete ehe raba uko ryari rimeze###ku ncuti ya data yitw yesu muraho!ni amahoro!jewe ndi umwana waya ncuti wakunda cane(data).nkwandikiye nkumenyesha ko data yapfuye haheze amezi3; twarahevye amashuri,inzu yaratubomokeyeko,imiryango yacu yaratwanse,mbega data yoba yaraguhemukiye niyompamvu utagarutse?data yarapfuye mbona ntuje kudutabara gushika nubu ntiwagarutse!tubabarire udutabare ni wewe papa yaganyira hanyuma ukamwumvira.yari Alexandre murakoze###.inyuma yandikaho ku ncuti ya data ituye mwijuru yesu. » »’aca ayijana kuri posita ayishikanyeho barayiraba baca baramutwenga cane nawe acararira cane;akiri ahonyene haca haza umugabo ari mumodoka nziza arababaza ivyo bariko baratwenga nyamwana naw ariko ararira baramubwira ivyo bariko baratwenga acafata wamwana acamushira mumodoka;umwana ati:ni wewe yesu?umugabo ati:oya.none unjanye hehe?ati:nanje yesu nincuti yanje reka tujane muhira ndabe ko ataco nobafasha;ijwi rimbwiye ko hari umuntu anshaka kuri posita none ndahageze nsanze ari wewe.baca barajana iwe abaha inzu nziza’ abaha nibibatunga ndetse abasubiza no mwishure.kuva ubwo buri munsi incuti ya se ibakunda ikabaha ibibabeshaho nuyo mugabo nyene.Ncuti yanje muvandimwe wewe usomye ububutumwa nagira nkubwireko koko incuti nziza ari yesu,niba uri mu bibazo gerageza kubitura nyagasanyi niwe Se w’impfuvyi ndetse akaba UMUGABO w’bapfakazi. »AMEN »niba wumva ububutumwa harico bwakumariye burungikire incuti zawe niba najewe ndimwo uyindungikire ntaco vyica uretse imigisha uza kuronka, »yesu abahezagire »Amen ».