IMBURI IDASANZWE YO KURI DUMA;Yes 21:11-12,Imburi yo kuri Duma.Harih’umpamagara ar’i Seyiri,ati Yewe mushibamyi ijoro rigeze hehe?Yewe mushibamyi ijorobrigeze hehe?12,Wa mushibamyi aramwishura,ati bugira buce kandi bwongere bwire:ni mwagomba kubaza,mubaze;muhindukire muze.Halleluia,Biramenyerewe mbere biraharawe ko umenga twama twumva ivyanditswe nk’ibisanzwe,narirya bamwe bamwe twavyize abandivtuvyigisha abandi,ariko MPWEMU YERA ARIKO ASARASEMERERA ,mwibuke kandi ko atwikundiririza apfuha!Amen!