Isengesho rya Innocent Niyongabo

Mana nziza Yera Igororotse… urakoze kino gitondo utwongeye… ushirwe hejuru natwe tugirwe bato. Yesu wakoze cne kutuzigama ijoro ryose wakoze kuturinda ivyago nivyaha… Mana wakoze kuturinda urupfu rwimpanuka… Mana nushimwe. Iki gitondo rero nutweze cne hamauce wemera ubane natwe uze kutuzigama. Mana uraza kubana natwe uraza kutuzigama uze guhezagira buri muntu wese aho yinjirira uno musi uze kuduha umugisha uva iwawe kdi uze kutubrra ivyizigiro ukize abagwaye abihebuye nabiganyira ubaremeshe uno musi uhere tucemerwa nawe kubwa Kristo Yesu. Amen