Ndabaramutsa kandi,tuzitire kuko nimba bitaraba aho mugihugu iwacu bishobora guhashika. Kuwa19/9/2016
claudend50@yahoo.com
Ncuti,bagenzi namwe mwese mukunda kuronka bimwe muvyo mbaha,ubusuma bwo kwiba abantu nubu burabandanya ariko bahinduye umukenyuro(system),uw’umuntu nawe vyaramushikiye ariko umugambi urapfa(mission ratée),agira ati:
« Nari muhira ntuje muga mbona numero ntazi impamagara ,uwampamagaye yambwiye ko hari ivyo ntegerezwa kugira kuri telephone yanje ngo bikunde 3G yanje ibe updates,anyumvisha ko nozimya phone amasaha abiri(2hours),burya nanje kuko nariko nitegura kandi nihutira kuja munama sinashimye kumubaza ibibazo kuri ivyo ahubwo nabikoze uko yambwiye ndazimya ngendanwa,muga munyuma haheze iminota 45 numva noyugurura ,mpejej kuyugurura nakiriye ama msg ,nabo mumuryango bampamagara bambaza uko merewe nanje ati meze neza cane,ati none ko hari abaduterefonye batubwira ko bagufashe ko kandi batakurekura twebwe umuryango wawe tutabahaye amahera nibiki?kandi mumwanya baduterefona twakwumva uwukoma induru twibaza ko ari wewe nyen uriko ukubitwa canke ukoregwa ayandi mabi?nanje ndasubiza abo mumuryango nti oya haba namba je ndi amahoro,nabo bati none uzi ko papa wawe agiye kuri banque(bank)kubarungikira amahera?naratangaye cane,ico nakoze nihuse kumenyesha papa ko atakibazo mfita.Haciye akanya mpejeje kuvugana nabo mumuryango nabonye iyindi numero impamagara kandi we yambwira ngo kuzimya phoneyanje nkikiringo c isaha imwe(1hour),niho nanka muga nagumye nakira ama numero menshi ntazi muri ako kanya miga nkabakubirako,bagerageje cane bikunde n umuriro umperane muri batterie hanyuma phone izime,ariko mission yari yabaye ratée kuko twari twamaze kuyaga nabo mumuryango ndabamenyesha ko ntakibazo,gutyo amahera aba ntasohotse kuko hari hasigaye gato cane.Muragabe cane rero mube maso. »
Igipolisi ca Nigeria kivuga giti kubwo ivyo musabwe kuhabera magabo ati kuko harabituye igipolisi bavuga iyo ngorane ati kandi amahera amaze kurungikwa ntabundi buryo bwo kuyagarura.
Nimuhane ubu butumwa mubagenzi nahandi hashoboka kumbure nihagira abifuza kubikora ngaho iwanyu bazasange mwarabamenye kera.
N.B:mboneyeho kubavunira akagohe k’ubutumwa mukunda kubona ngo download/Télécharger whatsapp ngo kumbure muca mukoresha internet kubuntu_ivyo vyose nububeshi uvyemeje Bakweretse ko wi-fi izaba kubuntu ahubwo hari abazahora babona msg zose mwandikiranira n abagenzi,so pay attention!!!