Yesu ati: Matayo 6: 25-34: usome ayo majambo uyiyumvirako urahezagirwa.

Nico gitumy ndababarira,nti Ntimukiganyir amagara yanyu ku vyo muzorya cank kuvyo muzonywa,cank umubiri wanyu ku vyo muzokwambara.Mbega amagara ntaruta ivyambarwa?

26 Ni murab ibiguruka vyo mukirer,ntibibiba,ntibishwabura,kandi ntivyimburira mu bigega,ariko So wo mw ijuru arabitunga;mbega mwebwe ntimubiruta cane?

27 Ni nde muri mwebw yosiobozwa n amaganya kw isumvya uko yareha nk ukuboko kumw?

28 Ikibaganyisha impuzu n iki?Ni murab amashurwe yo kumisozi ingene akura,ntiyirirwa aratama,ntajisha impuzu;

29 ariko ndababwira yuko na Salomo mu bwiza bwiw bwose atar ashajij nka rimw mur ayo.

30 Non’ Imana yn yambika ivyatsi vyo ku misozi irtyo,birih uyumunsi,ariko nk ejo bigatererwa mu ziko,mbega ntizorushiriza kubambika,mwebw ab ukwizera guke mwe?

 31 Nuko ntimukiganyir,ngo Tuzorya iki?canke Tuzonywa iki?cank Tuzokwambara iki?

32 Kukw ivyo vyose abanyamahanga ari vyo bitwaririka;ariko So wo mwijuru arazi kw ivyo mubikena.

33 Ariko mubanze mwitwaririke ubwami bw Imana n ukugororoka kwayo,ni ho ivyo vyose muzovyogerwa.

34 Ntimukiganyire ivy ejo,kuk umusi w ejo uzoba wiganyira ivyawo;umusi ukwirany n amagorwa yawo.

Amen!