A.Ku Bisirayeli ba Kabiri bose aho muri hose.Iyi mburi ni imburi ije ikumenyesha ibigira bibe.Uko biri kwose n’uyakire uko uyumvise kuko ivyo wabariwe ni vyinshi kandi vyari bihagije kugira ubironkemwo agakiza.Rero buri muntu wese warihitiyemwo inzira washimye nimba ar’ugukira canke nimba ar’ugucirwakw’iteka.Ico gutahura co nuko igihe c’ugukina carenganye.Bwira iyi mburi buri muntu wese uzi, kuk’Umwami Yesu atanze iyi mburi kugira ngo ivy’agira akore bishike abantu bose babanje kuvyumva.Rero ubu s’ubutumwa bwo guhamagara abantu ahubwo ni ITANGAZO RY’IBIGIRA BIBE.
B.Nawe munyamahanga;wewe wa muhutu, mmututsi, nawe mutwa umwansi w’abarundi;wewe wababaje abantu uri gushinyagura wibaza kw’isi ar’iyawe tahura kw’igihe cawe co kwishura ivyo wakoze kigeze.Mbere iyi mburi uyimenyeshe benewanyu bose aho bari kw’isi yose kugira mwese mumenye kw’igihe canyu co gucirwakw’iteka gishitse.Rero ntuyigire ibanga ngo uhave ureka kubimenyesha benewanyu;kuko naho woreka kubivuga ntibishubira inyuma.
C.Bamwe nabo bamenyereye gucokora ubuvugishwa batuka Imana,komeze n’umurimo wanyu kuko mwimirije kuronka impembo.Kandi mwibuke ko mutaruta umwungere wa mbere wo kuri Pentekote Mugara n’abandi bungere bose bo mu Burundi no muri Tanzania bamaze gupfa bazize ukutumvira Imana, n’ukwinantaza,n’ugucokora ubuvugishwa kandi ubu bakaba bariko baraturirwa n’umuriro aribo mwahora mukomera amashi muhayagiza mwemeza kw’aribo bakozi b’Imana.
IMANA IHEZAGIRE ABAYO.AMEN ZABURI 137;YESAYA 52