Imburi imburi imburi.

Shalom shalom ndabaramukije, mwese mwizina rya YESU.Nagomba dusangire,Ijambo dusanga muri Ezekiyeli 7;5-8

Umutwe wijambo uravuga uti: Imburi yo ku Bisirayeli ivuga k’umuhero urihafi

5Uku ni K’ Umwami Uhoraho agize, ati ‘ Icago, c’ubugesera! Ehe kiraje 6 Umuhero urashitse, umuhero urashitse, urakundurukiye: eh’ uraje! 7Igihano cawe kiragushitseko, wewewibera mu gihugu We! Igihe kirashitse, umunsi uri hafi; numunsi wo kuvuza akaruru mumisozi, atar’ uwo kuvuza impundu. 8 Non’ Ubu mpava nkurekurirakubushanjashirwe bganje, ngucire shitsek’ Uburake bganje, ngucireurubanza ruhwanye n’ingeso zawe: kandi’ ibizira vyawe vyose nzobigusubiriza ku mutwe. Amen

Mbe mu Kristo ibikorwa vyawe ubona bimeze gute kagiraze kugerera umwe wewe ibihwanye nivyo yakoze ubona ingero yawe ari iyihe? Suzuma

 mubikorwa vyawe 

Mumvugo yawe

Suzuma suzuma YESU araza vuba ube maso wumire kuco wahawe nti hagire ukutwara igitsibo YESU abahe umugisha nda bakunda Amen