UBUTUMWA BUVUYE KUMUSOZI W’AMASENGESHO

UBUTUMWA BUVUYE KUMUSOZI W’AMASENGESHO
ubuhanuzi buvuga ngo genda musemerere ntirikiri ibanga.muvuge ngo ndaje ndaje ndaje ndaje ndimanukiye ndimanukiye .Ahubwo ndi ku rugi niho ndi.

nje gusibura amariba yasivye, nje kwugurura inzugi zugawe kera. ni je mfise urufunguruzo nje kubahanagura amarira kuko mwararize.Nje kubahanagura icuya kuko mwarabize icuya Vuge ngo ndaje .Kandi nje mu nkomezi nyinshi ngo habonek ugutabarwa kw’igihugu n’ukw’imiryango yanyu.

Bene Data mukomeze kwezwa, gushima Imana no kuyitakambira muri vyose. Murakoze!