Tugomba gutera akamo abanyagihugu bo muma Commune ya mugamba na mayuyu burambi tutibagiye imitumba ya mukike mubira gakaranka kivumu eka na baba mumicungararo ya kibezi donge nyagasasa tora kavovo muri mayuyu. Mugabe mugabe. Hari irementanya ririko rikorwa Nigisirikare kirongowe na primé na barongoye iperereza. Ngo mukibira camukije hariho abarwanyi. Ntakindi bashaka atari kuyora abanyagihugu nabanyeshuri bari muburuhuko.mugabe kuko amakambi ya mujejuru na bari buyengero eka nabo murukina mayuyu eka nawamumeja Gahomera,nabandi musazwe mwumva biteguye Guca mukibira kwitegeko rya Primé hama barase ngo umwasi arabasize agiye muri mugamba mayuyu burambi hamwe naya mitumba twadondagura aho hejuru. Kugira bayore urwaruka rwabahutu Batemera pita numugambi wiwe. Hamwe no kumarira urwaruka rwabatutsi rwasigaye. Rero tubaciriye agace ntimuryame umukondorazosi ? Kuko tubamenyesheje ko haheze ukwezi kose kurenga bavuga ngo imukike hari abarwanyi none yemwe mwiyumvire ubwo bwenge Bwuwo muhutu atagira umutima ntagire nankunzi mubuzima. primé afise iposition kumubira muri mugamba kumetero 20zikibira akagira uyindi ibikenkanya iyindi mugakaranka iyindi ikivumu iyindi mukavovo iyindi donge eka ico kibira bavuga nasebuja pita wiwe gikikijwe nubwo bucarya bwiwe. None igihuha kimaze ukwezi kivurwa pita nushumba wiwe primè bagomba bagishire mungiro uyumusi muri joro. Banyagihugu mwesi bo, muri mugamba mayuyu mukike burambi muragaba muragaba kandi ibibondo vyanyu bigabe. Naburya bitaremererwa kwitwa abenegihugu. Mugabe irijoro babararamwo. Murakoze mbona abasoda batambana amagemeri yokurya ngo bafise urubaza imukike. Mugabe mugabe urubuze inkware ruvumbukana igihuna. Kandi mwibuke uhana umumeja aramuyoboka kugira umuyoboke wiwe azoze akimusanga. Hama ibibiganza bicumba bihakura bitaguha ntubisonzera. Murakoze tanga uyo message hosi hashoboka.