Erreur
Cette vidéo n’existe pas
Abagifise amakenga yuko intambara y’uburundi itariko iragenda nkuko yahanuwe ni bumvirize iyi video kandi barabe iyo sanamu. Uwo ahejeje kuvuga ivyo abamufashe bamuboshe baramwica ikiziga bagiterera mu mugenzi.
Twebwe abisezerano duhamagarira abarundi bose iyo bari hose kwihana, kwiyeza no kwihereza Imana. Abatarabatizwa ni mwihane mubatizwe mwezwe kuko akari inyuma karahinda.
A bahagaze muri Kristo mwiyubare kandi musenge cane kuko ibihe vyahanuwe biregereje.