Indamesho kuri wewe urindiriye isezerano

Dusome Ezec.12:25: »Imana yacu iravuga, kandi ijambo ivuga rirashika kandi ntirishobora kurekerwa mu rutendeko; Iravuga igashitsa ic’ivuze!Nukuri, Ijambo ryose Imana yakuvuzeko,rizöshitswa. Uhoraho ahimbazwe kuko ijambo ryiwe ryamana ubushobozi. Ivyo ashingiye intahe vyose nivyo kwizigira cane kandi biha umutungu ubwenge! Umwami Mana abahe kwizera Ijambo ryiwe ryose,niry’ukuri. Amen.

Ijoro ryiza.

Betty.