Kubera inzara yateye mugihugu c’Uburundi no mubihugu bihana imbibe nico gihugu cacu, Umuhari Abisezerano washimye kubashikiriza ingene abarundi bari mubukene, abari mubuhungiro no munzara itagira uko ingana, ingene bokwisuganya bagafungura ibibagirira akamaro biciriritse.