Radio Isezerano Internationale na Radio Isezerano FM igiye kubashikiriza ibiganiro bishasha kuvyo UMUTEKANO, AMAKURU, AMAGARARA, AMABANGA Y’IJURU n’ibindi vyakararuhore.
Muzoshobora kwumviriza ivyo biganiro vyose aho muzoba mwibereye hose, kumatelefone yanyu mudakoresheje ama mega yanyu.