Amakuru dukura kuri Parake nkuru y’intara ya Rumonge amenyesha ko uwo yagira agandagure umushikirizamanza mukuru mu ntara ya Rumonge ari umuporisi.
Uwo muporisi yafashwe, bikaba bitegekanijwe ko acirirwa urubanza rw’ikibiriraho.